vjafwest-1213-Deposed-Africa-Leaders-Facewall > app > gahuza > core

Test Page

Core include appears below:

Ishusho y'itembagazwa ry'ubutegetsi ritapfuvye mu myaka 70 iheze

Incuro hafi 130 z'itembagazwa ry’ubutegetsi mu bihugu 36 vyo muri Afrika kuva 1952 igihe Umwami Farouk wa Misiri yaba indongozi ya mbere ya Afrika ikombowe.

Abategetsi ba Afrika batembagajwe

Bitondetse kuva ku za vuba gushika ku za kera
  • Ali Bongo

    Umukuru w'igihugu Gabon Gabon
    Soma vyinshi...
  • Mohamed Bazoum

    Umukuru w'igihugu Niger Niger
    Soma vyinshi...
  • Paul-Henri Sandaogo Damiba

    Umukuru w'igihugu mfatakibanza Burkina Faso Bukina Faso
    Soma vyinshi...
  • Rocha Kabore

    Umukuru w'igihugu Burkina Faso Bukina Faso
    Soma vyinshi...
  • Abdalla Hamdok

    Umushikiranganji wa mbere Sudani Sudani
    Soma vyinshi...
  • Alpha Condé

    Umukuru w'igihugu Guinée Guinée
    Soma vyinshi...
  • Bah N'daw

    Umukuru w'igihugu Mali Mali
    Soma vyinshi...
  • Ibrahim Boubacar Keita

    Umukuru w'igihugu Mali Mali
    Soma vyinshi...
  • Omar al-Bashir

    Umukuru w'igihugu Sudani Sudani
    Soma vyinshi...
  • Robert Mugabe

    Umukuru w'igihugu Zimbabwe Zimbabwe
    Soma vyinshi...
  • Blaise Compaore

    Umukuru w'igihugu Burkina Faso Bukina Faso
    Soma vyinshi...
  • Mohamed Mohamed Morsi

    Umukuru w'igihugu Misiri Misiri
    Soma vyinshi...
  • François Bozizé Yangouvonda

    Umukuru w'igihugu Centrafrique Centrafrique
    Soma vyinshi...
  • Amadou Toumani Touré

    Umukuru w'igihugu Mali Mali
    Soma vyinshi...
  • Muammar Gaddafi

    Umukuru w'igihugu Libya Libya
    Soma vyinshi...
  • Laurent Gbagbo

    Umukuru w'igihugu Cote d'Ivoire Cote d'Ivoire
    Soma vyinshi...
  • Hosni Mubarak

    Umukuru w'igihugu Misiri Misiri
    Soma vyinshi...
  • Zine El Abidine Ben Ali

    Umukuru w'igihugu Tunisia Tunisia
    Soma vyinshi...
  • Mamadou Tandja

    Umukuru w'igihugu Niger Niger
    Soma vyinshi...
  • Kapiteni Moussa Dadis Camara

    Umukuru w'igihugu Guinée Guinée
    Soma vyinshi...
  • Marc Ravalomanana

    Umukuru w'igihugu Madagascar Madagascar
    Soma vyinshi...
  • Aboubacar Somparé

    Umukuru w'igihugu Guinée Guinée
    Soma vyinshi...
  • Sidi Ould Sheikh Abdallahi

    Umukuru w'igihugu Mauritania Mauritania
    Soma vyinshi...
  • Maaouya Ould Sid' Ahmed Taya

    Umukuru w'igihugu Mauritania Mauritania
    Soma vyinshi...
  • Fradique de Menezes

    Umukuru w'igihugu São Tomé na Príncipe Sao Tome na Principe
    Soma vyinshi...
  • Ange-Felix Patassé

    Umukuru w'igihugu Centrafrique Centrafrique
    Soma vyinshi...
  • Henri Konan Bédié

    Umukuru w'igihugu Cote d'Ivoire Cote d'Ivoire
    Soma vyinshi...
  • João Bernardo Vieira

    Umukuru w'igihugu Guinée-Bissau Guinée-Bissau
    Soma vyinshi...
  • Tadjidine Ben Said Massonde

    Umukuru w'igihugu Comoros Comores
    Soma vyinshi...
  • Ibrahim Baré Maïnassara

    Umukuru w'igihugu Niger Niger
    Soma vyinshi...
  • Johnny Paul Koroma

    Umukuru w'igihugu Sierra Leone Sierra Leone
    Soma vyinshi...
  • Pascal Lissouba

    Umukuru w'igihugu Congo Congo
    Soma vyinshi...
  • Ahmad Tejan Kabbah

    Umukuru w'igihugu Sierra Leone Sierra Leone
    Soma vyinshi...
  • Mobutu Sese Seko

    Umukuru w'igihugu RD Congo RD Congo
    Soma vyinshi...
  • Sylvestre Ntibantunganya

    Umukuru w'igihugu Burundi Burundi
    Soma vyinshi...
  • Mohammed Farrah Aidid

    Umukuru w'igihugu Somalia Somalia
    Soma vyinshi...
  • Mahamane Ousmane

    Umukuru w'igihugu Niger Niger
    Soma vyinshi...
  • Valentine Strasser

    Umukuru w'igihugu Sierra Leone Sierra Leone
    Soma vyinshi...
  • Mohamed Said Djohar

    Umukuru w'igihugu Comoros Comores
    Soma vyinshi...
  • Miguel Trovoada

    Umukuru w'igihugu São Tomé na Príncipe São Tomé na Príncipe
    Soma vyinshi...
  • Dawda Kairaba Jawara

    Umukuru w'igihugu Gambia Gambia
    Soma vyinshi...
  • Ernest Shonekan

    Umukuru w'igihugu Nigeria Nigeria
    Soma vyinshi...
  • Joseph Momoh

    Umukuru w'igihugu Sierra Leone Sierra Leone
    Soma vyinshi...
  • Chadli Bendjedid

    Umukuru w'igihugu Algeria Algeria
    Soma vyinshi...
  • Justin Lekhanya

    Umukuru w'igihugu Lesotho Lesotho
    Soma vyinshi...
  • Modibo Keïta

    Umukuru w'igihugu Mali Mali
    Soma vyinshi...
  • Mohamed Siad Barre

    Umukuru w'igihugu Somalia Somalia
    Soma vyinshi...
  • Hissène Habré

    Umukuru w'igihugu Tchad Tchad
    Soma vyinshi...
  • Samuel Doe

    Umukuru w'igihugu Liberia Liberia
    Soma vyinshi...
  • Ahmed Abdallah Abderemane

    Umukuru w'igihugu Comoros Comores
    Soma vyinshi...
  • Sadiq al-Mahdi

    Umushikiranganji wa mbere Sudani Sudani
    Soma vyinshi...
  • Habib Bourguibia

    Umukuru w'igihugu Tunisia Tunisia
    Soma vyinshi...
  • Thomas Sankara

    Umukuru w'igihugu Burkina Faso Bukina Faso
    Soma vyinshi...
  • Jean-Baptiste Bagaza

    Umukuru w'igihugu Burundi Burundi
    Soma vyinshi...
  • Tito Lutwa Okello

    Umukuru w'igihugu Uganda Uganda
    Soma vyinshi...
  • Leabua Jonathan

    Umushikiranganji wa mbere Lesotho Lesotho
    Soma vyinshi...
  • Muhammadu Buhari

    Umukuru w'igihugu Nigeria Nigeria
    Soma vyinshi...
  • Milton Obote

    Umukuru w'igihugu Uganda Uganda
    Soma vyinshi...
  • Gaafar Muhammad al-Nimeiry

    Umukuru w'igihugu Sudani Sudani
    Soma vyinshi...
  • Mohamed Khouna Ould Haidalla

    Umukuru w'igihugu Mauritania Mauritania
    Soma vyinshi...
  • Louis Lansana Beavogui

    Umukuru w'igihugu mfatakibanza Guinée Guinée
    Soma vyinshi...
  • Shehu Shagari

    Umukuru w'igihugu Nigeria Nigeria
    ...
  • Jean-Baptiste Ouédraogo

    Umukuru w'igihugu Burkina Faso Bukina Faso
    Soma vyinshi...
  • Saye Zerbo

    Umukuru w'igihugu Burkina Faso Bukina Faso
    Soma vyinshi...
  • Goukouni Oueddei

    Umukuru w'igihugu Tchad Tchad
    Soma vyinshi...
  • Hilla Limann

    Umukuru w'igihugu Ghana Ghana
    Soma vyinshi...
  • David Dacko

    Umukuru w'igihugu Centrafrique Centrafrique
    Soma vyinshi...
  • Sangoulé Lamizana

    Umukuru w'igihugu Burkina Faso Bukina Faso
    Soma vyinshi...
  • Luís Cabral

    Umukuru w'igihugu Guinée-Bissau Guinée-Bissau
    Soma vyinshi...
  • Godfrey Binaisa

    Umukuru w'igihugu Uganda Uganda
    Soma vyinshi...
  • William Tolbert

    Umukuru w'igihugu Liberia Liberia
    Soma vyinshi...
  • Mohamed Mahmoud Ould Louly

    Umukuru w'igihugu Mauritania Mauritania
    Soma vyinshi...
  • Jean-Bedel Bokassa

    Umukuru w'igihugu/Umwami w'abami Centrafrique Centrafrique
    Soma vyinshi...
  • Francisco Macias Nguema

    Umukuru w'igihugu Guinée Équatoriale Guinée Équatoriale
    Soma vyinshi...
  • Yusufu Lule

    Umukuru w'igihugu Uganda Uganda
    Soma vyinshi...
  • Fred Akuffo

    Umukuru w'igihugu Ghana Ghana
    Soma vyinshi...
  • Mustafa Ould Salek

    Umukuru w'igihugu Mauritania Mauritania
    Soma vyinshi...
  • Idi Amin Dada

    Umukuru w'igihugu Uganda Uganda
    Soma vyinshi...
  • Joachim Yhombi-Opango

    Umukuru w'igihugu Congo Congo
    Soma vyinshi...
  • Moktar Ould Daddah

    Umukuru w'igihugu Mauritania Mauritania
    Soma vyinshi...
  • Ignatius Kutu Acheampong

    Umukuru w'igihugu Ghana Ghana
    Soma vyinshi...
  • Ali Soilih

    Umukuru w'igihugu Comoros Comores
    Soma vyinshi...
  • Tafari Benti

    Umukuru w'igihugu Ethiopia Ethiopia
    Soma vyinshi...
  • James Mancham

    Umukuru w'igihugu Seychelles Seychelles
    Soma vyinshi...
  • Michel Micombero

    Umukuru w'igihugu Burundi Burundi
    Soma vyinshi...
  • Ahmed Abdallah Abderemane

    Umukuru w'igihugu Comoros Comores
    Soma vyinshi...
  • Yakubu Gowon

    umukuru w'igihugu Nigeria Nigeria
    Soma vyinshi...
  • François Tombalbaye

    Umukuru w'igihugu Tchad Tchad
    Soma vyinshi...
  • Richard Ratsimandrava

    Umukuru w'igihugu Madagascar Madagascar
    Soma vyinshi...
  • Gabriel Ramanantsoa

    Umukuru w'igihugu Madagascar Madagascar
    Soma vyinshi...
  • Aman Mikael Andom

    Umukuru w'igihugu Ethiopia Ethiopia
    Soma vyinshi...
  • Haile Selassie I

    Umwami w'abami Ethiopia Ethiopia
    Soma vyinshi...
  • Hamani Diori

    Umukuru w'igihugu Niger Niger
    Soma vyinshi...
  • Grégoire Kayibanda

    Umukuru w'igihugu Rwanda Rwanda
    Soma vyinshi...
  • Justin Ahomadegbé- Tomêtin

    Umukuru w'igihugu Benin Benin
    Soma vyinshi...
  • Philibert Tsiranana

    Umukuru w'igihugu Madagascar Madagascar
    Soma vyinshi...
  • Dr Kofi Busia

    Umushikiranganji wa mbere Ghana Ghana
    Soma vyinshi...
  • Milton Obote

    Umukuru w'igihugu Uganda Uganda
    Soma vyinshi...
  • Emile Derlin Zinsou

    Umukuru w'igihugu Benin Benin
    Soma vyinshi...
  • Abdirashid Ali Sharmarke

    Umukuru w'igihugu Somalia Somalia
    Soma vyinshi...
  • Mfalme Idris I

    Umwami Libya Libya
    Soma vyinshi...
  • Ismail al-Azhari

    Umukuru w'igihugu Sudani Sudani
    Soma vyinshi...
  • Modibo Keïta

    Umukuru w'igihugu Mali Mali
    Soma vyinshi...
  • Alphonse Massamba-Débat

    Umukuru w'igihugu Congo Congo
    Soma vyinshi...
  • Andrew Juxton-Smith

    Umukuru w'igihugu Sierra Leone Sierra Leone
    Soma vyinshi...
  • Christophe Soglo

    Umukuru w'igihugu Benin Benin
    Soma vyinshi...
  • David Lansana

    Umukuru w'igihugu Sierra Leone Sierra Leone
    Soma vyinshi...
  • Siaka Stevens

    Umushikiranganji wa mbere Sierra Leone Sierra Leone
    Soma vyinshi...
  • Nicolas Grunitzky

    Umukuru w'igihugu Togo Togo
    Soma vyinshi...
  • Ntare V

    Umwami Burundi Burundi
    Soma vyinshi...
  • Léopold Biha

    Uumshikiranganji wa mbere Burundi Burundi
    Soma vyinshi...
  • Kwame Nkrumah

    Umukuru w'igihugu Ghana Ghana
    Soma vyinshi...
  • Umwami Mutesa II wa Buganda

    Umwami/Umukuru w'igihugu Uganda Uganda
    Soma vyinshi...
  • Abubakar Tafawa Balewa

    Umushikiranganji wa mbere Nigeria Nigeria
    Soma vyinshi...
  • Maurice Yaméogo

    Umukuru w'igihugu Burkina Faso Bukina Faso
    Soma vyinshi...
  • David Dacko

    Umukuru w'igihugu Centrafrique Centrafrique
    Soma vyinshi...
  • Sourou-Migan Apithy

    Umushikiranganji wa mbere Benin Benin
    Soma vyinshi...
  • Moïse Tshombe

    Umushikiranganji wa mbere RD Congo RD Congo
    Soma vyinshi...
  • Ahmed Ben Bella

    Umukuru w'igihugu Algeria Algeria
    Soma vyinshi...
  • Léon M'ba

    Umukuru w'igihugu Gabon Gabon
    Soma vyinshi...
  • Hubert Maga

    Umukuru w'igihugu Benin Benin
    Soma vyinshi...
  • Fulbert Youlou

    Umukuru w'igihugu Congo Congo
    Soma vyinshi...
  • Sylvanus Olympio

    Umukuru w'igihugu Togo Togo
    Soma vyinshi...
  • Patrice Lumumba

    Umushikiranganji wa mbere RD Congo RD Congo
    Soma vyinshi...
  • Abdallah Khalil

    Umushikiranganji wa mbere Sudani Sudani
    Soma vyinshi...
  • Muhammad VIII al-Amin

    Umwami Tunisia Tunisia
    Soma vyinshi...
  • Muhammad Naguib

    Umukuru w'igihugu Misiri Misiri
    Soma vyinshi...
  • Farouk wa Misiri

    Umwami Misiri Misiri
    Soma vyinshi...

Igihuhusi gishasha

Afrika yabayemwo incuro umunani z'itembagazwa ry'ubutegetsi mu myaka itatu iheze. Iki gihuhusi c'itembagazwa ry'ubutegetsi gikurikiye ikiringo c'aho ivy'aho igisirikare cifatira ubutegetsi vyari vyagabanutse mu myaka 20 gushika mu 2020, inyuma yo kuba vyinshi mu myaka ya 1970.

Akazi k'ubuzima bwose

Bamwe mu bategetsi bafata ubutegetsi barabumarako imyaka mirongo mu gihe abandi baza kubogozwa haciye imisi mike gusa babushitseko

Akarorero, Perezida Teodoro Obiang Nguema wa Guinée Equatoriale arongoye igihugu imyaka 44 kuva afashe ubutegetsi mu 1979.

Ni we mutegetsi wa mbere muri Afrika amaze igihe kirekire ku butegetsi

Abategetsi bagarutse inyuma yo kubogozwa

Umukanda w'amacoups d'Etat

Hafi ibihugu vyose vya Sahel vyarabayemwo ihirikwa ry'ubutegetsi rikozwe n'igisirikare. Urukurikirane rw'iziheruka rwataziriwe umukanda w'amacoups d'Etat, rwabaye muri Niger na Gabon mu 2023.

Abategetsi ba gisirikare barafashe ubutegetsi kandi muri Mali mu 2020 na 2021, no muri Tchad, Guinée na Sudani mu 2021. Burkina Faso nayo nyene habaye itambagazwa ry'ubutegetsi incuro zibiri mu 2022. Ibi bihugu vyose, havuyemwo Sudani, vyahoze bitwara gikoloni n'Ubufaransa

Kuva mu 2000, bitatu vya bibiri (19 kuri 26) vy'ama coups d'Etat yabaye kandi agakunda muri Afrika yabaye mu bihugu vyahoze bitwarwa gikoloni n'Ubufaransa. Ibi vyatumye bamwe babona ko ikibanza Ubufaransa bufise muri Afrika gifise uruhara rwo guteza umudugararo..

Itembagazwa ry'ubutegetsi ryakunze muri Afrika kuva mu 1952

Hitamwo igihugu

Igitigiri c'itembagazwa ry'ubutegetsi

0

2

4

6

8

Ibihugu vyinshi vyo muri Afrika yo hagati n'uburengero vyaranzwemwo itembagazwa ry'ubutegetsi incuro zitari nke. Hafi igice c'ibihugu 17 vyabayemwo itembagazwa ry'ubutegetsi ncuro nibura zine zigakunda ari ivyo muri Afrika y'uburengero.

Burkina Faso ni yo ifise igitigiri kinini c'itembagazwa ry'ubutegetsi muri Afrika, umunani, igakurikirwa na Sierra Leone hamwe na Uganda, kimwe kimwe incuro indwi.

Ica gatatu conyene c'ibihugu vya Afrika, hafi vyose vyo muri Afrika y'ubuseruko n'ubumanuko, ni vyo bitigeze bibamwo itembagazwa ry'ubutegetsi

Ku myaka 34 gushika mu 2024, Ibrahim Traoré ini we mukuru w'igihugu wa mbere kw'isi akiri muto. Yabaye umukuru w'igihugu mfatakibanza wa Burkina Faso inyuma y'aho igisirikare gifatiye ubutegetsi ku wa 30 Nyakanga (9) 2022, gikombora umukuru w'igihugu mfatakibanza Paul-Henri Sandaogo Damiba.

Aho igisirikare cafashe ubutegtsi

Hafi 90 % vy'ama coups d'Etats yakunze yakozwe n'igisirikare hagakurikira ayakozwe n'abacangero ku rugero rwa 4%. Mu yandi ma coups d'Etat muri Afrika harimwo ayakozwe n'abanyagihugu bigumuye, ibihugu vy'ibikoroni, inyeshamba n'abegereye ibirimba.

Baho ukoresheje inkota, wicwe n'inkota

Benshi mu bategetsi bafashe ubutegetsi babanje gutembagaza ubuhari nabo baruhira gukomborwa rimwe na rimwe bakicwa.

Mu 1972 Jenerali Ignatius Kutu Acheampong yarongoye ikomborwa ry'umushikiranganji wa mbere wa Ghana yari yatowe mu nzira ya demokarasi Dr Kofi Busia. Haciye imyaka itandatu, yarabogojwe n'abegereye ikirimba hanyuma anyongwa n'umurwi w'abasirikare ujejwe kunyongwa haciye hafi umwaka.

Thomas Sankara yabaye umukuru w'igihugu ca Burkina Faso mu 1983 inyuma y'ikomborwa ryakozwe kw'izina ryiwe igihe we yari apfunzwe. Ku wa 15 Gitugutu (10) 1987, Sankara yarishwe n'umurwi witwaje ibirwanisho mw'ikomborwa ryari rirongowe n'uwamusubiriye Blaise Compaoré.

Gaafar Nimeiry yakomboye umukuru w'igihugu ca Sudani Ismail al-Azhari mu 1969 afata ubutegetsi, ubwa mbere nk'umukuru w'umurwi w'abasirikare bagumutse, hanyuma nk'umukuru w'igihugu imbere yo gukomborwa mu1985.

Jean-Baptiste Bagaza yakomboye umukuru w'igihugu w'Uburundi Michel Micombero mu 1976 hanyuma afata ubutegetsi. Haciye imyaka 11 na we yarakombowe aca aba mu buhungiro.

Omar al-Bashir yashitse ku butegetsi mu 1989 igihe, nka Jenerali de Birigade mu gisirikare ca Sudani, yarongoye umurwi w'intwazangabo mw'itembagazwa ry'ubutegetsi ryakomboye reta yari yatowe n'abanyagihugu. Yarongoye igihugu ku mazina atandukanye kuva 1989 gushika 2019, igihe akomborewe.

François Bozizé Yangouvonda yafashe ubutegetsi mu 2003 aba umukuru w'igihugu ca Centrafrique agira gatandatu. Yabogojwe inyuma y'imyaka cumi.

Kubugumiza mu minwe y'umuryango

Gufata ubutegetsi ni umuco w'umuryango mu bihugu bimwe bimwe. Perezida Francisco Macías Nguema wa Guinée équatoriale yakombowe n'umwishwa wiwe, Teodoro Obiang Nguema Mbasogo, mw'itembagazwa ry'ubutegetsi ryasheshe amaraso mu 1979. Teodoro yaramukurikiye. Gushika mu 2024, ni we murongozi w'igihugu wa mbere kw'isi amaze igihe kirekire ku butegetsi atari umwami.

Laurent Kabila yakomboye Perezida Mobutu Sese Seko mu 1997 aca aba umukuru w'igihugu wa RD congo agira gatatu. Yasubiriwe n'umuhungu wiwe Joseph Kabila ku myaka 29 inyuma y'aho agandaguriwe n'umwe mu bamucungerera ubuzima.

...there we go.